Scroll to Top

Gn yashize ahabona amasanamu y’akaririmbo “Sumu Super Star”

By KING YANN COOL / Published on Saturday, 17 Feb 2018 15:38 PM / /

Sumu super Star niko karirimbo gashasha umuririmvyi GN yashiriye ahabona amasanamu.

Ayo masanamu yararindiriwe haraheze igihe kitari gito, akaba yashizwe ahabona kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 16 ruhuhuma-2-.

Iyo ndirimbo yakozwe n’umuhinyanyuzi Jobel muri Ishusho Entertainment, ikaba iriko iharurwa muri nke abarundi bakoze muri uno mwaka zoserukira Uburundi mu karere.

Iyo ikaba ikurikiye iyo yaheruka gushira ahabona mu kwezi kwa 1 kw’umwaka uheze wa 2017, ariko aca abandanya ashira ahabo ama Audio atandukanye.

 

Sponsored

20,093 total views, 0 views today

Add Comment