Scroll to Top

Rally Joe yitangiye umusi w’abakenyezi ashimira nyina

By KING YANN COOL / Published on Friday, 09 Mar 2018 03:14 AM / /

Rally Joe imbere yuko umusi mukuru w’abakenyezi ugera, yagize ico abwira umuvyeyi wiwe.

Mu gihe hari hasigaye imisi mikeya ngo umusi mukuru w’abakenyezi ngo ube, umuririmvyi Rally Joe nawe yafashe akanya ashimira mama wiwe.

Mu majambo uwo mwanditsi w’akaririmbo “My Boo boo” yanditse yagarutse cane ku rukundo akunda nyina. Anamubwira ko amukunda cane kandi atawomusubirira.

Sponsored

Ayo majambo akomeye Rally Joe akaba yayavuze mu gihe anaheruka kwandikwa imbere y’amategeko umutambukanyi wiwe banafitanye Abana.

Arangiza akaba kandi yanavuze ko afise vyinshi Mama we yamwigishije kandi atagira ico azomusubiza ngo Imana gusa niyo izomusubiza.

16,828 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment