Scroll to Top

Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 22 ya Primus League

By La Rédaction / Published on Monday, 12 Mar 2018 02:28 AM / /

Kuva aho bukera ku musi wa kabiri igenekerezo rya 13 Ntwarante umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus League rizobandanya ku ndwi yaryo igira iya 22.

Uku niko imigwi izohura :

– Isaha indwi n’igice (13h30) ( Buganda ) Messager Buja izohura na Inter Star

– Isaha icenda n’igice (15h30) ( Buganda ) Les lierres izohura na Vital’o

– Isaha indwi n’igice(13h30) ( Urukundo) Ngozi City izohura na LLBS4A

– Isaha icenda n’igice (15h30) ( Urukundo) Messager Ngozi izohura na Buja city

– Isaha icenda n’igice (15h30) (Ivyizigiro) Athletico Olympic izohura na Aigle Noir

– Isaha icenda zuzuye (15h00) ( Gitega) Flambeau du centre izohura na Flambeau de l’Est

– Isaha icenda n’igice (15h30) ( Ivyizigiro ) Les Jeunes Athletic izohura na Delta Star.

4,615 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment