Scroll to Top

Uko imigwi isumbasumbana amanota mu cicaro ca kabiri

By La Rédaction / Published on Monday, 12 Mar 2018 08:03 AM / /

Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryarabandije mu mpera z’iyi ndwi twaraye duhejeje.

Uku niko batsindanye :

Busoni 1-2 Les Crocos.
Rumonge city 1-1 Unité Fc.
Les éléphants 0-2 Magara star.
Rukinzo 1-0 Espoir.

Muzinga 2-0 Rusizi Fc.

Moso sugar 1-1 Kayanza utd.

Transport 1-0 Bumamuru

Uku niko imigwi isumbasumbana amanota :

Mw’itsinda A

-Transport 16pts
-Rukinzo 12 pts
-Bumamuru 11 pts
-BS Dynamic 10 pts
-Volontaire 9 pts
-Rusizi 8 pts
-Muzinga 8 pts
-Espoir 0 pts

Itsinda rya B:

-Kayanza United 13pts
-Moso sugar 12pts
-Rumonge City 11 pts
-Busoni Star 9 pts
-Les elelephants 7 pts
-Magara star 7 pts
-Unite Fc 6 pts
-Les Crocos 5 pts.

7,218 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment