Scroll to Top

#Diaspora | Dady Face yatanguye gufata amasanamu y’akaririmbo gashasha

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 13 Mar 2018 03:03 AM / /

Inyuma ya “Ntampata Wapi”, Dady face yatanguye gukora amasanamu y’akandi karirimbo.

Mu kiyago Dady Face yaheruka kugirana n’indundi yamenyesheje ko hari Indirimbo ariko arategura gukorera amasanamu.

Ico gihe c’itegurwa ry’ayo amasanamu ryamaze kugera. Abicishije Ku rubuga rwiwe rwa Facebook, Daddy Face avuga ko yamaze gutangura gukora amasanamu y’indirimbo buca ashira ahabona.

Sponsored

Mu kiganiro indundi Hit show yaheruka kemenyesha ko izo ndirimbo azokorera amasanamu ari nshasha zitari bwasohoke. Izo zikaba zitandukanye n’iyo aheruka gusohora ” Ntampata Wapi “.
Mwibuke ko yanamenyesheje ko azananye inkomezi nyinshi muri uno mwaka wa 2018, kuko anipfuza gukorana bikomeye uturirimbo n’abanyamahanga.

3,529 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment