Scroll to Top

Abakinyi 11 ba Messager Ngozi baza gutangura mu kibuga

By Janvier Nzokurigomba / Published on Tuesday, 13 Mar 2018 04:40 AM / /

Umumenyereza w’umugwi Messager Ngozi, umuzungu Jean Jacques Eydelie yamaze gushira ahabona abakinyi 11 aza gutanguza mu kibuga mu rukino rw’indwi ya 22 y’ihiganwa rya Primus League ruza kubahuza na Bujumbura City ku kibuga citiriwe Urukundo gisanzwe kiri mu gisagara ca Ngozi. Urwo rukino rukaba ruza gutangura gihe c’isaha icenda n’igice z’umuhingamo (15h30).

Abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga akaba ari aba bakurikira :

1. Rukundo Onesime
2. Abdoul Amini
3. Niyongere Jaffar
4. Mvuyekure Radjabu
5. Manirakiza Jean Paul
6. Irambona Tony
7. Urasenga Cédrick Danny
8. Bayizere Olivier
9. Nsengiyumva Rahim
10. Mpisemwoneza Ladislas
11. Nizigiyimana Ismaïl

Nayo abakinyi baza kugombora akaba ari aba bakurikira :

1 .Nininahazwe Bienvenu
2. Nyanzira Hamza
3. Hakizimana Yussuf
4. Bizoza Jean Bosco
5. Bizoza Karim
6. Irakoze Aimé Parfait
7. Nkurunziza Danick

2,103 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment