Scroll to Top

Urutonde rw’abakinyi 18 Flambeau du Centre iza kwifashisha

By La Rédaction / Published on Tuesday, 13 Mar 2018 05:22 AM / /

Umumenyereza w’umugwi Flambeau du centre yamaze gushira ahabona abakinyi 18 aza kwifashisha mu rukino ruza kubahuza n’umugwi wa Flambeau de l’Est ruza kuba kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 13 Ntwarante umwaka wa 2018 isaha icenda 15h00 ku kibuga c’i Gitega.

Abo bakinyi umugwi Flambeau du Centre uza kwifashisha akaba ari aba bakurikira :

1) Abouba (Aston)
2) Serge Musore
3) Béni Irakoze
4) Enock Tumebarikiwa (kiwara)
5) Hassan Nzeyimana (Temba)
6) Alistarque Abimana (ariba)
7) Denis Nshimirimana
8) Isaïe Niyukuri
9) Fadhili Nduwayo
10) Josué Niyibitanga
11) Bishaza Idriss
12) Nassor Nahimana
13) Saleh Bizimana
14) Alhamdu Umati (Andu)
15) Karim Niyonkuru
16) Yahya Sadiki
17) Radjabu Barayandema
18) Nduwayo Ramadhani

1,677 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment