Scroll to Top

Abakinyi ba Olympic Star bamaze gufata indege bagana muri Sudan

By Radjabu Bosingwa / Published on Wednesday, 14 Mar 2018 07:39 AM / /

Inyuma y’urukino rwa mbere rwa CAF Confederation Cup rwabereye hano i Bujumbura rwahuje umugwi Olympic star wa hano iwacu hamwe na Al Hilal Obeid wo muri Sudan, urukino rwarangiye iyo migwi yompi inganije 0-0, kuri uyu wa gatatu isaha umunani 14h00 abakinyi ba Olympic ndetse n’ababaherekeza bafashe indege ibashikana mu gihugu ca Sudan aho umugwi Olympic Star ufise urukino rwo gusubiriza kuri uyu wa gatandatu uza igenekerezo rya 17 Ntwarante umwaka wa 2018.

Abakinyi 18 bajanye n’umugwi ni :

1) Watulasubi Lucien
2) Mbazumutima Baba
3) Mwebebantu John
4)Hakizimana Ibrahim
5)Mudasiru Iddy
6)Ramadhan Pascal
7)Girukwishaka Fabrice
8)Said Slim
9)Kashindi Paul
10) Juma Simpo
11)Muhuza Patient
12) Ndinda Alain Jupin
13)Bizimana Joe
14)Ndikumana Magloire
15)Hassan Junior
16)Kamango Tally
17)kabura Christian
18) Nijimbere Pegale

Abamenyereza bajanye n’umugwi ndetse n’ababaherekeje ni :

1) Nahimana Hussein Welo ( umumenyereza mukuru)

2) Ngabo Diomede ( Icegera ciwe)

3) Muyenge Alexander yaserukiye ishirahamwe ry’umupira Wa maguru FFB

4) Raymond Niyonkuru yaserukiye ubushikirangaji bw’urwaruka n’inkino

5) Ndayiragije Jonathan uyo akaba ari Umuganga

6) Nkeshimana Merchiade umumenyesha makuru w’iradio y’igihugu RTNB

7) Simeon Barayandema akaba asanzwe atwara umugwi Olympic Star.

10,856 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment