Scroll to Top

Platini ntiyicaye ariko akora cane muri kino gihe

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 14 Mar 2018 10:27 AM / /

Uturirimbo rwiwe yipfuza ko twonasubira kuba utw’ukwezi nkaho hambere hahise.

Indirimbo Zoom kuba yarabashije kuja muri Top5 ngo s’igitangaza kuko asanzwe akora neza. ariko mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine avuga ko atagiye kigarukira ngaho.

Ngo hari vyinshi ariko arakora kandi akorana inguvu, ngo bikunde ibikorwa vyiwe bishike kure. Ivyo akavuga ko yipfuza Indirimbo yiwe itosubira kugarukira muri Top5 ya Indundi Magazine gusa, ahubwo ngo yoba n’indirimbo y’ukwezi.

Platini akaba muri kahise kuri indundi yarigeze kuba umuririmvyi w’ukwezi akatari gake bivuye Ku ndirimbo yiwe yakunzwe cane Kuri urwo rubuga.

Sponsored

Mwomenya ko kugira Indirimbo ibashe kuja muri Top5 biva Ku buryo yakwezwe cane ( Downloaded РTelwchargé), canke yarabwe cane kuri urwo rubuga.

11,128 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment