Scroll to Top

Ndabihawenimana Paficque mu bahagarikizi bazohagarira CAN U 20

By Radjabu Bosingwa / Published on Wednesday, 23 Jan 2019 04:54 AM / /

Umuhagarikizi mpuzamakungu pacifque Ndabihawenimana yashizwe mu bahagarikizi bagiye guhagararira inkino za CAN U 20.

Akaba yashizwe muri urwo rutonde n’ishirahamwe ry’ umupira w’amaguru muri Africa CAF . Pacifique Ndabihawenimana akaba ari umuhagarikizi wo hagati mu kibuga mbere akaba ari nawe muhagarikizi w’Umurundi yashizwe muri urwo rutonde.

Mukamenya ko inkino za CAN U 20 zigiye gutangura kuva kumagenekerezo ya 2 gushika kumagenekerezo rya 17 Ruhuhuma . Amatsinda akaba ari abiri itsinda A hamwe na B .

Itsinda A harimwo imigwi nka : Niger , Africa y’epfo, Nigeria , Burundi Itsinda B nayo harimwo imigwi nka : Sénegak , Mali, Burkina Faso, Ghana .

Add Comment