Scroll to Top

Franck Duniano ikibazo c’amafaranga ntikivurwa iyo yakunze ikintu

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 21 Mar 2018 07:20 AM / /

Amafaranga ngo ntaraba iyo ikintu yagishimye. Ivyo biheruka gushikirizwa na Franck Duniano aho yaganira na Indundi Tv.

Mu kiyago uwo mwanditsi wa KwetiKweti yagiranye na Induni Tv yamenyesheje ko iyo agiye kugura ikintu ngo yagikunze ikibazo c’amafaranga ngo ntaraba, ariko arakigura.

N’amakenga menshi, uwo muririmvyi yahoze ari muri Wanajeshi yabanje kubwira umumenyeshamakuru ko Ariko naho akigura, ngo bivana muri ico gihe uko umufuko wiwe uba wifashe.

Sponsored

Ivyo akaba abibajijwe mu gihe haheze igihe haboneka uruhererekane rw’ama foto ya Franck Duniano, Elcaptaine ku mbuga ziwe asanzwe akoresha nka Facebook n’izindi. Ibitari bimenyerewe mu myaka nk’5 iheze.

8,420 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment