Scroll to Top

Uganda U17 yatanguye imyimenyerezo ya CECAFAU17.

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 22 Mar 2018 12:21 PM / /

Mu ntumbero y’ugutegura ihiganwa rya CECAFA y’abatarenza imyaka icumi n’indwi, rigiye kubera hano mu Burundi, kuva ku magenekerezo ya mbere gushika irya 15 Ndamukiza, igihugu c’Ubuganda cahamagaje abakinyi bagera kuri 31 bo gutegura iryo higanwa.

Abakinyi bategekanijwe kuja mu kigo c’ubuhiga  mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri ico gihugu c’Ubuganda ( FUFA), ahitwa Njelu mu gisagara ca Kampala.

Abakinyi batumweko:

Abanyegoli: Nsubuga Farouk (Masavu FC JT), Kiberu Ronald (Express SA), Ssemwogerere Daniel (UPDF FC JT), Oluka George William (Budo
SS)

Abakinyi b’Inyuma; Rasul Muhamad (Onduparaka FC JT), Rogers John (Onduparaka FC JT), Musa Jaggwe (Vipers SC JT), Ibrahim Juma (KCCA SA), Matovu
Geofrey (Bright Stars FC JT), Kizito Garvin(SC Villa Jogoo JT), Kafumbe Joseph (Budo SS), Abdul Ssemwanga (Police FC JT)

Abakinyi bo hagati; Edema Farouk (Onduparaka FC JT), Asaba Ivan (Vipers SC JT), Kirya Gerald (Vipers SC JT), Kakaire Thomas (Vipers SC JT), Kashim Baliddawa (KCCA SA), Timothy Odongo, Obira Rogers, Ssebuliba Umar (Masavu FC JT), Kawooya Andrew (Proline SA), Ssekajja Davis (Bright
Stars FC JT), Ekellot Ibrahim (Bright Stars FC JT), Mukisa Edrine Opaala (Kirinya Jinja SS JT), Akena Pius (Maroons FC JT)

Abasatirizi; Iddi Abdulwahid (Onduparaka FC JT), Anthony Kenty (Onduparaka FC JT), Mpanga Sula(Vipers SC JT), Bakabulindi Moses (Vipers SC JT), Mugisha Rogers Mukisa Owen (BUL FC JT)

Umumenyereza mukuru:  Onen Peter
Icegera: Lutalo Hamza
Umumenyereza w’abanyegoli: Kiberu Mubarak
Uwujejwe gutanga amakuru: Hassan Kirunda

4,146 total views, 0 views today

Categories : homepage

Add Comment