Scroll to Top

John K-ay buca yerekeza Tanzaniya gukorana film n’aba Stars bo muri ico gihugu

By Janvier Nzokurigomba / Published on Monday, 26 Mar 2018 02:22 AM / /

Umukinyi w’amareresi w’umurundi John K-ay asanzwe aba mu gihugu ca Australia buca yerekeza mu gihugu ca Tanzaniya aho azoba ajanwe n’ugukinana ireresi n’aba stars b’amareresi bo muri ico gihugu.

Inyuma y’ugushira ahabona ireresi ibica bigacika yiswe “Cop’s enemy”, umukinyi w’amareresi w’umurundi John K-ay asanzwe aba mu gihugu ca Australia buca yerekeza mu gihugu ca Tanzaniya aho azoba ajanwe n’ugukina iyindi reresi afadikanije n’aba stars b’amareresi bo muri ico gihugu.

John K-ay akaba atibagiye gushimira abaguma bamufata mu mugongo abasaba kubandanya ukwo yongera abasaba gusengera urwo rugendo rwiwe azofata mw’ijoro ryo kuri uyu wa kabiri yerekeza muri Tanzania.

 

2,839 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment