Scroll to Top

Abakinyi 25 b’intamba bagiye gutegura urukino ruzobahuza n’umugwi wa Ethiopia

By La Rédaction / Published on Monday, 09 Apr 2018 10:47 AM / /

Umumenyereza w’intamba mu rugamba y’abatarenza imyaka 20 Joslin Bipfubusa ari kumwe na Staff yiwe bashize ahabona urutonde rw’abakinyi 25 b’intamba mu rugamba bagiye kwitegurira urukino rwo gusubiriza ruzobahuza n’umugwi wo muri Ethiopia ruzoba kw’igenekerezo rya 21/04/2018.

Abo bakinyi akaba ari aba bakurikira :

1.RUKUNDO Onesime(MESSAGER NGOZI)
2.KITENGE Arlly Tonton (BUJA CITY)
3.NDUWIMANA Haile Shalom (NGOZI CITY)
4.SELEMAN Moustafa( AIGLE NOIR)
5.MURYANGO Moussa(VITAL’O)
6.NDORIYOBIJA eric (LLB)
7.HAKIZIMANA Erithie (AIGLE NOIR)
8.NDIZEYE Eric (MUSONGATI)
9.BIGIRIMANA Ramadhan(AIGLE NOIR)
10.KAMANA Ismaïl (AIGLE NOIR)
11.NDAYE Chancel (LLB)
12.IRADUKUNDA Parfait ( MUSONGATI)
13.MBIRIZI Éric(BUJA CITY)
14.MURYANGO Mabano(AIGLE NOIR)
15.EZA Armel( NGOZI CITY)
16.NSHIMIRIMANA Jospin (DELTA STAR)
17.NSENGIYUMVA Rahim (MESSAGER NGOZI)
18.DJUMA muhamed ( MUSONGATI)
19.KWIZERA Eric( LES LIERRES)
20.KANAKIMANA Bienvenue (AIGLE NOIR)
21.RAMADHAN Pascal ( OLYMPIC STAR)
22.SHAKA bienvenue (AIGLE NOIR)
23.IRAKOZE Saidi ( MUSONGATI)
24.MAVUGO Cedric titi ( AIGLE NOIR)
25.MPISEMWONEZA Ladislas (MESSAGER NGOZI)

Imyimenyerezo ikazotangura ku musi wa gatanu igenekerezo rya 13/04/2018 ku kibuga c’ubuhinga kiri mu Ngagara benshi bita (CTN) Centre Technique National.

Mukibuka ko urukino rwo gutangura rwababahuje n’umugwi wa Ethiopia intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zatsinze Ethiopia ibitsindo 2-0.

7,822 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment