Scroll to Top

B Face ntabibona kimwe n’abaharura Big Fizzo muba Rappeur

By KING YANN COOL / Published on Monday, 16 Apr 2018 09:24 AM / /

B Face abona ko Big Fizzo atoharurwa muba Rappeur naho azi kuwukora kandi rimwe na rimwe ngo akozako ukuboko.

Big Fizzo ngo ntaharurwa muba Rappeur, ivyo biheruka ushikirizwa na B Face mu kiyago yagiranye ni imwe mu mboneshakure z’aha iwacu zikorera ku mbuhinga ngurukanabumenyi.

Uwo mu Rappeur akaba avuga ko Big Fizzo atoharurwa mu ba Rappeur naho abizi, ngo kuko yarakinjuye muri uwo mudiho ngo naho asanzwe awukorako rimwe na rimwe. Ivy akaba yavyishuye mu gihe yariko abazwa ku basanzwe bakora uwo mudiho yemea gusumba abandi.

Mwomenya ko uwo yabishikirije mu gihe bizwi ko ubucuti hagati yabo uko ari babiri atagatosi burangwamwo.

8,469 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment