Scroll to Top

#diaspora | Fortran Bigirimana yashize ahabona akaririmbo “Un Jour dans tés parvis”

By KING YANN COOL / Published on Thursday, 12 Apr 2018 05:24 AM / /

“Un jour dans tés Parvis” niko karirimbo gashasha Fortran Bigirimana aheruka gushira ahabona. 

Aho yari muri Inde mu Biteramo

Zimwe mu ndirimbo zizoba zigize urukurikirane rw’umuririmvyi Fortran Bigirimana, zibandanya gushirwa ahabona. Kuri uyu wa 9 ndamukiza, Fortran akaba aheruka gushirwa ku rubuga rwiwe rwa Youtube imwe murizo.

Iyo ndirimbo ikaba yitiriwe “Un Jour dans tes Parvis”, iyo nayo ngo mu misi ya Vuba ikazoba iri mu ndimi zitandukanye zirimwo, ikirundi, ikinyarwanda, Icongereza n’igifaransa.

Mwokwibuka ko aho aheruka kuganira na BBC mu bwongereza yari yamenyesheje ko uno mwaka azoshira ahabona urukurikirane rw’indirimbo ziri mu rurimi rw’icongereza.

10,489 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment