Scroll to Top

Kubwa Pregare ngo abadandaza imiti abafata nk’abapfumu

By KING YANN COOL / Published on Thursday, 12 Apr 2018 05:39 AM / /

Yaba abashitsi avuga ko baba bagenzwa n’ukurya gusa, eka n’abasanzwe badandaza imiti ngo afata nk’abapfumu, Pregare yabagarutseko mu mwihwezo aheruka gukora.

Abasanzwe bakora mu nzu zitanga imiti -Pharmacy-, Preagrea abafata nk’abapfumu. Ivyo akaba aheruka kubishikiriza mu mwihwezo aheruka gukora.

Muriwo,  uwo musore abo bakora mu nzu zigurisha imiti abafata uko kuko ngo iyo ugiye muri izo nzu zibiri zitandukanye, ukavuga ubwoko bumwe bw’ingwara urwaye ngo ntibaheza ngo baguhe umuti umwe, ahubwo baguha iyitandukanye.

Muriwo nyene ntiyahagaze kurabo gusa, kuko na’abashitsi nabo yabavuzeko, aho ngo baba bagenzwe n’ukurya gusa, ariko bakitwaza gutemberera abantu.

10,543 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment