Scroll to Top

Uko imigwi yatsindanye mu cicaro ca 2 ku ndwi ya 11 ya Primus League

By La Rédaction / Published on Tuesday, 17 Apr 2018 02:24 AM / /

Mu mpera z’indwi twaraye turangije, ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rya Primus League ryarabandanije ku ndwi yayo igira iya cumi na rimwe.

Imigwi yagiye muri iryo higanwa ikaba yatsindanye uku gukurikira :

-Bumamuru 1-2 Rukinzo Fc

– Muzinga Fc 1-0 Transports

– BS Dynamic 2-0 Rusizi

– Espoir Fc 1-0 Volontaire

– Busoni Star 2-0 Moso sugar

– Kayanza Utd 3-2 Rumonge city

– Les Elephants 2-0 Unité Fc

– Les Crocos 2-2 Magara Star.

5,042 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment