#Indundi Hits Show| Week 3, Top20
Mu kiganiro indundi hits show co ku musi wa mbere waraye uheze, twisunze ku ndirimbo zitanu ziriko ziravyifatamwo neza mw’ihiganwa ry’indirimbo mirongo ibiri zisazwe ziriko zirahiganwa aho hazovamwo indirimbo imwe y’ukwezi kwa Ndamukiza izoheza igahabwa agashimwe kazotangwa na indundi magazine.
Twararabiye hamwe kandi amakuru y’abaririmvyi batandukanye nka Big Fizzo, Chonge Pe, Nkurunziza Franck Duniano, Chris Biz Wakali, Natacha Burundi n’abandi.
Ukaba utarose akanya ko kucumviriza gikwirikirane aha musi :
5,237 total views, 0 views today