Scroll to Top

#Indundi Hits Show| Week 4, Top20

By king epimax / Published on Saturday, 21 Apr 2018 01:38 AM / /

Mu kiganiro indundi hits show co ku musi wa gatanu waraye uheze,twararabiye hamwe  amakuru y’abaririmvyi batandukanye nka Big Fizzo na Sat-B aho ubona ko indirimbo zabo zose ziriko zikora ibitangaza haba ku mbuga ngurukanabumenyi co kimwe no mu mboneshakure mpuzamakungu.

Twisunze kandi cane ku ndirimbo zitanu  zatowe murino indwi ya kane arinayo yanyuma kundirimbo ziriko ziravyifatamwo neza mw’ihiganwa ry’indirimbo mirongo ibiri zisazwe ziriko zirahiganwa aho hazovamwo indirimbo imwe y’ukwezi kwa Ndamukiza.

Ukaba utarose akanya ko kucumviriza gikwirikirane aha musi :

3,096 total views, 0 views today

Add Comment