Scroll to Top

Spok’s abandanya kwakira ubutumwa bw’ukumukeza ku mbuga zitandukanye

By KING YANN COOL / Published on Thursday, 26 Apr 2018 05:19 AM / /

Spok’s abandanya akezwa n’abantu batandukanye ku msanamu y’akaririmbo ndakumbuye iwacu aheruka gushira ahabona.

Mu gihe akaririmbo Ndakumbuye iwacu kamaze imisi mikeya gasohotse, ku rubuga rwa Facebook, umuririmvyi Spok’s yatanguye gukezwa na bamwe mu bakurikirana urubuga rwiwe rwa Facebook.

Uwo mwanditsi w’uturirimbo nka Burundi akaba nawe yabandanije ashimira abakomeza kumukeza. saho gusa kuko no ku rubuga rw Youtube rwiwe ahasohokeye ako karirimbo, uwo muririmvyi yarakejwe bimwe bikomeye na bagenziwe basanzwe basangiye umwuga, abamenyeshamakuru co kimwe n’abakurikiranira hagufi ivbikorwa vyiwe.

Mwokwibuka ko uwo muririmvyi yaheruka kumenyesha ko ariko arakora ibikorwa bitari bike birimwo ugushira ahabona amasanamu y’uturirimbo dutandukanye nka Burundi, Ndakumbuye iwacu n’izindi.

14,240 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment