Scroll to Top

Akunguko gakomeye cane ku bamenyeshamakuru b’inkino mu Burundi [Audio].

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 10 May 2018 12:28 PM / /

Uwurongoye ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru b’inkino mu Burundi, aherutse gutorwa  mu nama nkuru ya Afrika y’abamenyashamakuru b’inkino muri Afrika (AIPS AFRICA).

Ku wa 8 Rusama, mu gihugu c’Ububiligi i Bruxelles , hari hakoraniye inama nkuru y’ abamenyeshamakuru bo kw’isi yose.  Kabaye akaryo w’ishirahamwe ryo muri Afrika ko gukora inama, hamwe n’amatora y’akanama nyobozi. Liliane Nshimirimana wo mu Burundi,  yatowe kuja mu nama nyobozi ya AIPS AFRICA, aba abaye umukenyezi wa mbere agiye muri ico kibanza.

Inyuma y’ugutorerwa ayo mabanga, Liliane Nshimirimana yatanze ubutumwa, aho yagarutse ku kamaro gakomeye abamenyeshamakuru b’inkino bo mu Burundi hamwe no mu karere ka Afrika y’ubuseruko.

Dukurikirane Liliane Nshimirimana

16,673 total views, 0 views today

Add Comment