Scroll to Top

Intamba U20 biteguriye bikomeye igihugu ca Soudan.

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 10 May 2018 13:06 PM / /

Ku munsi wa gatandatu, mu ntara ya Ngozi, ku ibuga citiriwe Urukundo, hatagekanijwe urukino rw’umugwi nserukira gihugu ku batarenza imyaka 20, rukazobahuza n’igihugu ca Sudan, mu ntumbero y’ukurondera itike y’igikombe ca Afrika kizobera mu gihugu ca Niger mu mwaka uza.

Ibiciro  vy’ukwonjira ku kibuga  bikaba vyamaze gushirwa ahabona:

-Ubwugamo G na H : amahera igihumbi kimwe (1000Fbu)

– Ubwugamwo A,B na C: amahera ibihumbi bitanu (5000Fbu)

– Ubwugamwo bw’iteka V.I.P: amahera ibihumbi mirongo ibiri (20.000Fbu)

– Ubwugamwo D,E na F: ibihumbi bitatu ( 3000Fbu).

Uburundi bukaba bwashitse kuri rukino inyuma y’ugukurmwo igihugu ca Ethiopia, bawutsinze inkino zibiri

16,914 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment