Scroll to Top

Slim Saidi ” Agashimwe nk’aka gatuma abakinyi tugira ishaka mu mwuga wacu” [Interview]

By Alain Muhirwe / Published on Saturday, 12 May 2018 02:58 AM / /

Umusatirizi wa Olympique Stars, Slim Saidi yaraye ahawe agashimwe n’ishirahamwe rya BRARUDI, ribicishije mu kinyobwa ca PRIMUS, inyuma y’ugutorwa nk’umukinyi mwiza yaranze ukwezi mw’ihiganwa rya Primus Ligue. Hari mu kwewi kwa Munyonyo k’umwaka uheze.

Slim Saidi akaba nawe yahawe ibahasha ringana n’amafaranga angana n’ibihumbi amajana abiri na mirongo itanu y’amarundi (250000FBU), vyiyongeye ku gikombe ciza yaronse.

Inyuma y’uguterwa iryo teka, yaganiriye n’abamenyeshamakuru baraho aheza ashira ahabona akamaro k’ako gashimwe  ku bakinyi ba hano mu Burundi.

Tumwumvirize hano:

5,994 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment