Scroll to Top

#diaspora | Chonge yatanguye kubona ico gukora cane bitanga

By KING YANN COOL / Published on Monday, 14 May 2018 04:34 AM / /

Inyuma y’ukumara hafi indwi 3 ari iya 1 muri top5 ya Indundi Magazine, Nkunda ngukunde yamuhesheje kuba umuririmvyi w’ukwezi.

Mu gihe aheruka kuba umuririmvyi w’ukwezi Ku rubuga indundi magazine, umuririmvyi Chongera yaryoherewe ico kibanza nkuko vyabonetse Ku rubuga rwiwe rwa Facebook.

Mu majambo make yanditse Ku rubuga rwa Facebook ko yatanyuye kubona uko bigenda umuntu akoze bikomeye. Abatari bake nabo bamukeje kuri ico gikorwa kitoroshe yakoze.

Ico kibanza akaba yagifashe inyuma y’ukwezi kwose ariko arahiganwa n’izindi zigera kuri 20, zirimwo iz’ibihangange nka Sat-b, Masterland n’abandi.

14,715 total views, 0 views today

Add Comment