Scroll to Top

Uburundi mu kibanza c’146 ku rutonde rwa FIFA.

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 17 May 2018 04:07 AM / /

Umugwi nserukiragihugu w’intamba  mu rugamba uri mu kibanza ca 146, ku rutonde rusohoka buri kwezi n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi (FIFA).

Intamba mu rugamba zikaba zavuye mu kibanza c’145, zikaba zakorotse ikibanza kimwe. Igihugu ca Ethiopia kikaba kiri kumwe n’Uburundi uri ico kibanza c’146.

Ibihugu vyo muri kano karere bikaba navyo vyifashe uku: Urwanda (123), Tanzania (137), Kenya (111), Uganda (74).

Ibihugu biri mu bibanza icumi  vya mbere ni: Ubudagi , Brésil, Belgique, Portugal, Argentine, Suisse, France, Espagne, Chili na Pologne. 

 

11,024 total views, 0 views today

Categories : homepage

Add Comment