Scroll to Top

Ingene batsindanye ku ndwi y’9 y’ihiganwa ry’abigeme

By Radjabu Bosingwa / Published on Monday, 21 May 2018 02:07 AM / /

Ihigana ry’abigeme ryarabandanije ku ndwi igira 9 mu mpera z’indwi iheze, imigwi yarigiyemwo ikaba yatsindanye uku gukurikira :

– Lionne Star 3-0 Onze Etoile

– Ubuntu Fc 1-7 La Colombe Fc

-Fofila PF 4-1 Rain Bow

-Christ Roi 0-9 PVP Buyenzi.

Uku niko imigwi isumbasumbanya amanota :

1. PVP Buyenzi: 25pts – 70 buts
2. Fofila PF : 25pts – 47 buts
3. La Colombe FC : 16pts – 24buts
4. Rain Bow : 13pts – 19buts
5. Lionne Star : 11pts – 12buts
6. Ubuntu FC : 9pts – 30buts
7. Christ Roi: 3pts – 37buts
8. Onze √Čtoile: 1pt – 44 buts

Nayo ku musi w’Imana uza igenekerezo rya 27 Rusama umwaka w’2018 hazoba hari urukino rukomeye cane rw’indwi ya 10 ruzoba igihe c’isaha zitanu zo mu gitondo (11h00) ku kibuga co kw’ikambi y’abasirikare DCA rukazohuza umugwi PVP Buyenzi hamwe na Fofila PF.

11,390 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment