Scroll to Top

 Indirimbo 20 zizokurwamwo indirimbo y’ukwezi kwa 5 zasohotse

By KING YANN COOL / Published on Monday, 28 May 2018 09:00 AM / /

Uwuzosubirira Chonge mu kibanza c’umuririmvyi w’ukwezi, azova muri baririmvyi baririmvye indirimbo 20 ziheruka gutorwa ngo zihiganirwe ico kibanza.

Mu gihe indirimbo 20 z’ukwezi kwa 4 zavuye akaririmbo Nkunda ngukunde ka Chonge, kakaba aka 1 kandi kakaba kari kabaye aka 1 incuro zirenga 2 zose mu rutonde rw’indirimbo 5 ziba zakunzwe kuri indundi, n’uku kwezi kwa 5 nakwo kwatuzaniye indirimbo zitandukanye.

Mu ndirimbo 20 zashizwe ahabona habonekamwo imice yose, abahungu co kimwe n’abakobwa, eka turasangamwo kandi abasanzwe badakorera ibikorwa vyabo ngaha iwacu, co kimwe n’abari ngaha.

Muri urwo rutonde kandi turasangamwo imvukira za Bujumbura -Abakunze kuboneka cane mu muziki-, tugasangamwo kandi n’abazananye mu yindi mice y’igihugu cacu

 

 ALLAH BY Chris Biz Wakali       

Fyonda kuri Photo uronke iyi  ndirimbo

2. Babbi Mziki – Mbwira      

Fyonda kuri foto uronke iyi  ndirimbo

3. Bain Ten – Ikiri Kumutima Ft Maty Bwoy          

Fyond akuri photo uronke iyi  ndirimbo

 
4. Biracaza by Ka Fox Daily ft crown  

Fyonda kuri foto uronke iyi  ndirimbo

5. Double-jay Wakali Mbega Nivyo ft Channy Queen       

Fyonda kuri foto uronke iyi  ndirimbo

6. Imihari by Fabelove Kamiligado        

Fyonda kuri foto uronke iyi  ndirimbo

7. Isabukuru by Bar-c Bi ft Keza Shania        

Fyonda kuri foto uronke iyi  ndirimbo

8. Mbarira by Ommy James   

fyonda kuri foto uronke iyi ndirimbo

9. Mon Amour by Miss Erica    

fyonda kuri foto uronke iyi  ndirimbo

10. Nduwawe by Aimé. M

fyonda kuri foto uronke iyi  ndirimbo

11. NIKOBIRI BY Paouson Buramatari    

Fyonda kuri foto uronke iyi  ndirimbo

12. One day by Desire-p Blackseven ft Thom Son  

Fyonda kuri foto uronke iyi  ndirimbo

13. Sinkibona Abandi by Sosthène ft Yves Kolly Pim Burundian Hiphopstylife  

fyonda kuri foto uronke iyi ndirimbo

14. Thity Love – Come closer ft Crown Rema        

Fyonda kuri foto uronke iyi ndirimbo

15. Tungi by T Max Mwanajeshi FT MR NAY      

Fyonda kuri foto uronke iyi ndirimbo

16. UBUMENYI BY Vg Wawa      

Fyonda kuri photo uronke iyi ndirimbo

 


17. Ukwo nyene by Mt number one ft Masterland Pro

Fyonda kuri foto uronke iyi ndirimbo

18. WARI IKIROROGE by Titus da Sailor    

Fyonda kuri Photo uronke Iyi ndirimbo

19. INGO by Bdi-g Thefuture      

Fyonda kuri foto uronke iyi ndirimbo

20. CASSAVA by ELIZA K MUCO ft PORO      

Fyonda kuri foto uronke iyi ndirimbo

Izo ndirimbo zikaba zashizwe ahabona, ngo bikunde abakunzi b’izo ndirimbo canke b’abo baririmvyi bashigikire abo bakunzi babo ngo nabo babashe kuduga bashike muri Top5 isanzwe itorwa buri wa 5, bongere binakunze bazoshike aho baba abaririmvyi b’ukwezi.

17,052 total views, 0 views today

Add Comment