Scroll to Top

# Indundi Sports | Uku niko inkino za Primus league z’indwi ya 29 zaraye zigenze

By Radjabu Bosingwa / Published on Friday, 25 May 2018 07:55 AM / /

 

Kuva ku musi wa gatatu igenekerezo rya 23 na 24 Rusama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus ryari riteye ku ndwi ya 29.

Inkino zo kuwa gatatu igenekerezo rya 23/05/2018 zikaba za genze uku gukurikira.

– Athletico Olympic 1-1 Flambeu de l’Est

– Ngozi City 1-0 Inter Star

Inkino zo kuwa 24/05/2018 zaraye zigenze uku:

– Messager Bujumbura 1-0 Flambeau du Centre

– Les Lierres 8-2 Les Jeunes Athletic

– Messager Ngozi 2-1 LLBS4A

– Olympic Star 3-0 Delta Star

– Bujumbura City 0-1 Vital’o Fc

– Musongati Fc 1-2 Aigle Noir.

10,215 total views, 0 views today

Add Comment