Scroll to Top

#Indundi Sports| Intamba U20: Abakinyi babiri bakina mu makungu mu rutonde rwatumweko.

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 31 May 2018 03:41 AM / /

 Umugwi nserukira gihugu w’umupira w’amaguru ku bakinyi batarenza imyaka 20, ugiye gutangura imyimenyerezo , witegurira igihugu ca Zambia ku rukino rwa mbere rutegekanijwe mu kwezi kwa Mukakaro.

Umumenyereza Joslain Bpfubusa afadikanije n’ivyegera vyiwe akaba ahejeje gushira ahabona abakinyi 25 bagiye gutangura imyimenyerezo tugasangamwo abakinyi babiri bakina mu makungu.

Brandon Chebby akina mu gihugu c’Ubwongereza muri EastLeigh FC hamwe na Ntirwaza Sudi akinira ASAS Djibouti Telecom, nabo bakinyi bagiye gufashanya n’abandi bari basanzwe batumwako.

Urutonde rw’abakinyi batumweko bose hamwe:

1.RUKUNDO Onesime(MESSAGER NGOZI)
2.KITENGE Ally Tonton (BUJA CITY)
3.NDUWIMANA Hailé Shalome (NGOZI CITY)
4.SELEMAN Moustafa( AIGLE NOIR )
5.MURYANGO Moussa (VITAL’O FC)
6.NDORIYOBIJA Eric (LLB S4a)

7.HAKIZIMANA Héritier (AIGLE NOIR )
8.NDIZEYE Eric (MUSONGATI FC)
9.BIGIRIMANA Ramadhan(AIGLE NOIR )
10.KAMANA Ismaïl (AIGLE NOIR )
11.NDAYE Chancel (LLB)
12.IRADUKUNDA Parfait ( MUSONGATI FC)
13.MBIRIZI Eric (BUJA CITY)
14.MURYANGO Mabano(AIGLE NOIR  )
15.EZA Armel( NGOZI CITY)
16.NSHIMIRIMANA Jospin (DELTA STAR)
17.NTIRWAZA Sudi ( ASAS DJIBOUTI TELECOM)
18.DJUMA Muhamedi ( MUSONGATI FC )
19.KWIZERA Eric( LES LIERRES )
20.KANAKIMANA Bienvenue (AIGLE NOIR )
21.RAMADHAN Pascal ( OLYMPIC STAR)
22.SHAKA Bienvenue (AIGLE NOIR )
23.BRANDON Chebby (EASTLEIGH FC)
24.MAVUGO Cédric ( AIGLE NOIR )
25.NDIKUMANA Magloire (OLYMPIC STAR

Mwokwibukako gushika kuri iyo ntambwe Uburundi bumaze gukuramwo ibihugu bibiri : Ethiopia hamwe na Sudani

11,820 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment