Scroll to Top

#Indundi Sports| Abakinyi 11 baranze ihiganwa rya Primus Ligue(2017-2018).

By Alain Muhirwe / Published on Friday, 01 Jun 2018 14:51 PM / /

Kuri uno wa gatanu w’igenekerezo rya mbere Ruheshi, niho haba ibirori vy’ukurangiza ihiganwa rya Primus Ligue,  n’ugutanga ubushimwe ku bakinyi n’imigwi yigenjeje neza kurusha iyindi.

Inyuma y’ugutanga agashimwe ku mukinyi   yigenjeje neza kuruta abandi, kabaye akaryo kugushira ahabona abakinyi 11 bigenjeje neza kuruta abandi mw’ihiganwa.

Nahimana Jonathan- Ndaye Chancel- Bigirimana Ramadhani- Ndizeye Samuel-Ndoriyobija Eric- Mabano Shabani- Urasenga Dany Cedric- Iddy Muselemu- Slim Saidi- Nzeyimana Thomson- Shaka Bienvenue.

Abo bakinyi beza baranze ihiganwa, tubibutsa ko Jean Jacques Eydelie amenyereza Messager Ngozi ariwe yatahukanye agashimwe k’umumenyereza mwiza yaranze ihiganwa.

4,739 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment