Scroll to Top

Indundi Hits Show|Guest:Titus Da Sailor

By king epimax / Published on Saturday, 02 Jun 2018 02:15 AM / /

Mu kiganiro Indundi Hits Show umuririmvyi  Titus Da Sailor yarasinguye ijambo ikiroroge .Ngo ni ijambo yashoboye gukoresha mu karirimbo yise wari ikiroronge aho avuga ko ari umukobwa nayo ngo indirimbo  yise irungu ngo ivyo yaririmvye ni ivyamubayeko.

Nayo  ku ndirimbo  icipfuzo ngo si vyose vyamubayeko. Ku bwiwe ngo icamushikiye kikanamubabaza mu buzima adashima kuguma avuga mu kazi kumuziki ngo ni uko yaraye mw’ibarabara aje gukora indirimbo i Bujumbura avuye mu Rutana.

Ivyo ni bimwe mu vyaranze ico kiyago.Mushobora ku gikurikirana  ido nido aha:

5,427 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment