Scroll to Top

Michael Lulu agiye gushinga Urwiwe

By KING YANN COOL / Published on Saturday, 02 Jun 2018 18:26 PM / /

Inkuru nziza mu muryango kwaba Michael Lulu, s’ifungurwa ryiwe gusa, hiyongereyemwo n’ivy’ubukwe bwiwe.

Lulu n’umukinzi wiwe

Uwo mukinyi w’amareresi muri Tanzania akaba agiye Ku rushinga n’umusore azwi cane nka Majey. Uyo akaba azwiho gutanguza imboneshakuru n’insamirizi bikomeye mu ntara ya Dodoma nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru muri Tanzania abishikiriza.

Lulu akaba azokora ubukwe inyuma yaho arekuriwe muri uku kwezi kwa 5, akaba yaramaze amezi 7 mu gasho, yaragisigaje umwaka n’amezi 5 ngo arangize igifungo yari yakatiwe n’ubutungane.


Mwokwibuka ko umuvyeyi wa Lulu yari yamusavye gushunga urwiwe kuvyara n’ukuzoza araja gukorera imva ya Kanumba ngo bikunde umuzimu w’umuhungu wiwe ntumukurikirane

14,586 total views, 0 views today

Add Comment