Scroll to Top

Intamba z’abatarenza imyaka 15 na 20 zigiye kuronswa ingendeshwa nshasha

By La Rédaction / Published on Friday, 08 Jun 2018 12:48 PM / /

 

Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 07 Ruheshi umwaka wa 2018 niho uwusanzwe arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi umukenguzamateka Reveriano Ndikuriyo yanditse ku rubuga ngurukana bumenyi rwiwe Facebook ko mu misi itarenga 30 canke 45 intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 15 canke 20 zizoba zaronkejwe ingendeswa.

Akaba yanditse ati ” Vision 2026 igiye gutangura gushirwa mu ngiro. “BUS NSHASHA TOYOTA COASTER Okm” Y’INTAMBA MU RUGAMBA U15-U20 MU MINSI 30-45 IZOBA YASHITSE I BUJUMBURA.

Mwomenya ko intamba mu rugamba zitari bwaronke ingendeshwa aho kenshi wasanga bagendera muri zimwe mu modoka z’ubushikirangaji bw’inkino n’imicokama.

10,432 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment