Scroll to Top

#Indundi Hits Show| Guest:Fabilove

By king epimax / Published on Sunday, 10 Jun 2018 02:11 AM / /

Mu kiganiro Indundi Hits Show umuririmvyi Fabilove kamirigado umuririmvyi w’umurundi asazwe akora umudiho wa  Hip pop na Rap akaba asazwe yamenyekanye cane ku rurimbo  “Mwana w’imuhira” na “Prof Tonny” n’izindi nyinshi yagiye arakora zitandukanye utibagiwe nizo yakorana nabandi baririmvyi ba hano iwacu.

Uwo muririmvyi mu kiganiro yashoboye gushikiriza ikiri ku mutima aho avunira kagohe abasazwe bakoresha ibiganiro bitandukanye ngo bareke kuza baratora abaririmvyi  mu kubafasha kumenyekanisha ibikorwa vyabo kugira bazoronke ico babakurako bigatuma haguma havurwa bamwe ,akongera akavunira akagohe kubasazwe bariko bakoresha ururirimbo “Ma Nigga” mu kuyisubiramwo baririmbirako ayandi majambo.

Ivyo ni bimwe mu vyaranze ico kiyago.Mushobora ku gikurikirana  ido nido aha:

11,552 total views, 0 views today

Add Comment