Scroll to Top

Hoba hari ikiyago hagati ya Diamond na Zari ngo basubirane

By KING YANN COOL / Published on Sunday, 10 Jun 2018 20:20 PM / /

Mu gihe hari haheze amezi ashika kuri 4 umuririmvyi diamond Platnumz na Zari the boss baratandukanye, ngo hoba hari ikiyago gikomeye hagati yabo.

Amakuru dukesha Pulse Kenya avuga ko uwo muririmvyi yagarukanywe muri Tanzania ku gahato ngo kugira yitabe ikiyago cabaye hagati ya Makonde umukuru w’igisagra ca Dar-es-sallam n’abandi barwizatunga batandukanye.

Ico kiyago cari kimaze imisi itari mike ngo cahavuye gungururizwa ikindi gihe. Abona kuva South Afrika aho yaramaze igihe, kuva mu ndwi iheze.

Mwomenya ko Diamond hampande ya Zari agize igihe yagirizwa abakobwa batari bake banipfuza bamwe kubana nawe. Uwatwaye idarapo akaba ari Hamissa Mobeto we banaheruka kuvyarana.

5,273 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment