Scroll to Top

Uko batsindanye mu ndwi ya 12 y’ihiganwa ry’abigeme

By La Rédaction / Published on Monday, 11 Jun 2018 03:43 AM / /

Ihiganwa ry’abigeme ryo mu cicaro ca mbere ryarabandanije ku ndwi ya 12.

Uku niko batsindanye :

1. PVP Buyenzi 4-1 Rain Bow
2. La Colombe FC 4-0 Onze Étoile
3. Ubuntu FC 1-1 Lionne Star
4. Fofila PF 9-0 Christ Roi

Uko migwi isumbasumbanya amanota :

1. Fofila PF (Ngozi): amanota 34 + ibitsindo 59
2. PVP Buyenzi (Buja): amanota 31 + ibitsindo 76
3. La Colombe FC (Buja) : amanota 22 + ibitsindo 25
4. Rain Bow (Gitega): amanota 16 – ibitsindo 20
5. Ubuntu FC (Kayanza): amanota 13 – 18 ibitsindo
6. Lionne Star (Ngozi) : amanota 12 – ibitsindo 16
7. Christ Roi (Gitega) : amanota 9 – ibitsindo 42
8. Onze Étoile (Kinama) : inota 1 – ibitsindo 53

Izi nizo nkino zizokinwa kundwi ya 13 :
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 16/06/2018 :
1. Rain Bow – la Colombe FC
2. Christ Roi – Lionne Star

Ku musi w’Imana itariki 17/06/2018 :

3. PVP Buyenzi – Onze Étoile
4. Fofila PF – Ubuntu FC

2,593 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment