Scroll to Top

#Indundi hits show Top5 week 26

By king epimax / Published on Monday, 11 Jun 2018 11:51 AM / /

 

Mukiganiro indundi hits show c’uno musi ,Natacha arakebura abaririmvyi bagenziwe ko mugihe umuririmvyi asohotse gukorera hanze  ururirimbo boza baragerageza bagakorana n’abantu  bazwi muri ico gihugu baba bagiyemwo.Nayo kubwa Bizos ngo murikino gihe ntakazi k’umuziki ariko arakora, kubavuga kwatakigaragara cane nabo  babimenye yabaye arahagarika gato akazi kumuziki kumvo nzubuzima.

Ivyo ni bimwe mu vyaranze ico kiganiro.Mushobora ku gikurikirana  ido nido aha:

8,886 total views, 0 views today

Add Comment