Scroll to Top

Yves Kolly yabwiwe amajambo akomeye n’umukunzi wiwe

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 13 Jun 2018 17:18 PM / /

Abakurikiranira hagufi ivya Yves Kolly Ku rubuga rwa Facebook nibo babonye ivyo Yves Kolly yabwiwe n’umukunzi wiwe.

Yves Kolly yabwiwe amajambo akomeye n’umukunzi wiwe, abicishije Ku rubuga rwa Facebook. Juscael akaba hampande y’amajambo yongeyeko amashusho yabo uko ari babiri.

Akoresheje amajambo yuzuye urukundo rwiwe, uwo mwigeme yabwiye Yves kolly ko atawe yomugereranya kuko amamumariye kinini. Muvy’amumariye, uwo mukobwa yavuzemwo Urukundo, ubugwaneza, ukumwitaho, ubuntu hamwe n’ukumutahura bituma yama aryohewe buri musi.

Uwo mwigeme asa n’uwuriko nawe yinjira mu mwuga w’ukuririmba, akaba yahavuye ahishura ko basanzwe bitana ba Papa na Mama, aho Juscael akitwa Yves Papa Magic, nawe akamusubiza ngo ni Mama Magic.

Mwomenya ko hampande y’urukundo basangiye, basanzwe bafise n’akaririmbo basangiye, ako kakaba kiswe…

7,858 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment