Scroll to Top

#indundi | Top 20 Monthly Music

By KING YANN COOL / Published on Monday, 25 Jun 2018 10:42 AM / /

Muri uku kwezi kwa 6 naho nyene hashizwe ahabona uturirimbo 20 aritwo tuzokorwamwo akaririmbo k’ukwezi, kazoza gasimbura Wari ikiroroge ka Titus gaheruka gutorwa ngo kabe akaririmbo k’ukwezi kwa 6.

Muri izi ndirimbo habonetsemwo indirimbo z’abaririmvyi bakomeye, mbere n’iz’abakiri bato barimwo n’abasa nkaho batazwi muri uno mwuga. Muri izo ndirimbo kandi habonetsemwo abaririmvyi babarizwa hanze y’igihugu nka Muco, Mt Number one. Aime  n’abandi.

Akabirya kari muri urwo rutonde s’ako gusa kuko hanabonetsemwo abigeme nka Gladys, abakorera ibikorwa vy’umuziki hagati mu gihugu, eka n’ibindi vyinshi.

Tubibutse ko buri ndwi tumenyesha uko uturirimbo turiko turarushanwa, eka kandi tukibutsa ko utu turirimbo dutsinda bivanye n’uko baturavye hamwe n’incuro twabaye downloaded, abakunzi b’imwe murizo murahawe ikaze rero ngo mubashe gushigikira abaririmvyi banyu noneho ngo bikunde ironke ikibanza gishimishije.

1. Ikiri K’Umutima By Gladys Eglisias

 

2. Da Why I Say By Samy

 

 

3. Ngumizayo By Mirror Team

5. Mabebeza By Chris Dizzo

7. Freestyle By B Face

8. Patati Patata By King Plata

9.Barihe By Fabilove

11,102 total views, 0 views today

Add Comment