Scroll to Top

Fally ipupa na Natacha bahavuye bayishira ahabona

By KING YANN COOL / Published on Saturday, 30 Jun 2018 06:55 AM / /

Akaririmbo Duga ka Natacha na Fally Ipupa kahavuye gashirwa ahabona kuri uyu wa 29 ruheshi, ako karirimbo kakaba kari karindiranwe igishika cinshi n’abakunzi b’ibikorwa vy’uwo muririmvyikazi.

Ako karirimbo kakaba kasohotse inyuma yaho akoranye n’umugandekazi  Sheebah akaririmbo bise “Wangu” haraheze amezi 7, ako kakaba kamaze kurabwa incuro zirenga 145.000 ku rubuga rwiwe rwa Youtube. Imbere yako naho akaba yari yarakoranye haraheze amezi 2 n’umurwi Yamoto band wo muri Tanzania.

7,347 total views, 0 views today

Add Comment