Scroll to Top

CECAFA Kagame Cup : Urutonde rw’abakinyi 11 ba LLBS4A baza gutangura mu kibuga

By La Rédaction / Published on Tuesday, 03 Jul 2018 03:05 AM / /

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Mukakaro igihe c’isaha icenda (15h00) ku masaha ya hano i Bujumbura mu gisagara ca Dar Es Salam umugwi LLBS4A uza gutana mu mitwe n’umugwi Gormahia mu rukino rwa kabiri rwayo.

Umumenyereza wa LLBS4A yamaze gutanga urutonde rw’abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga, abo nabo akaba ari aba bakurikira :

1) Mutombo Fabien
2) Ismail
3) Chiwa
4) Joseph
5) Buni
6) Iddy saidi Djuma Ballack
7) Hafidh
8) Alexis Kitenge
9) Done
10) Didier
11) Rashid Leon

Abaza gusubirira abandi akaba ari aba bakurikira :

1. Idrissa
2. Fabrice
3. Pascal
4. Olivier
5. Thomson
6. Jules
7. Jamali

Mukibuka ko urukino rwa mbere uyo mugwi LLBS4A watsinzwe n’umugwi wo muri Djibouti witwa As Ports ibitsindo 2-1.

4,174 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment