Scroll to Top

#Indundi Sports | Ubufaransa umurwi wa 1 ukinisha abirabure benshi

By Radjabu Bosingwa / Published on Friday, 06 Jul 2018 10:44 AM / /

Igihugu c’ubufaransa nico gihugu ca mbere gikinisha abakinyi benshi babirabure muri zino nkino z’igikombe c’isi c’umupira wa maguru .

Indundi Sports, ikaba yagutororokanije urutonde rw’abakinyi, babirabure bari mu mugwi nserukira gihugu w’ubufaransa, uriko ukina inkino z’igikombe c’isi yose kiriko kibera mu Burusia .

Akaba ari aba bakurikira:

1) Presnel Kimpembe – Congo

2) Samuel Umtiti – Cameroun

3) Paul Pogba – Guinee

4) Kylian Mbappé – Cameroun / Nigeria

5) Ousmane Dembele – Senegal / Mali

6) Corentin Tolisso- Togo

7) Ngolo Kante – Mali

8) Blaise Matuidi – DR Congo/ Angola

9) Steven Nzonzi – DR Congo

10) Steve Mandanda – RD Congo

11) Adil Rami – Morocco

12) Nabil Fekir – Algeria

13) Djibril Sidibe – Senegal

14) Benjamin Mendy – Senegal.

Ubufaransa bukaba bugeze mu gice ca 1/2 gishira icanyuma c’igikombe c’isi yose aho bwatsinze Uruguay ibitsindo 2-0. Bukaba burindiriye uwuza gutsinda hagati ya Brezil hamwe na Belgique kugira baze guhura.

Mu kibukako ico gikombe c’isi  catanguye kuva kw’igenekerezo rya 14 Ruheshi umwaka wa 2018 kikazohera uku kwezi wa Mukakaro igenekerezo rya 13, kikaba citabwe n’imirwi 32.

7,169 total views, 0 views today

Add Comment