Scroll to Top

Intamba U20: Bipfubusa yashize ahabona urutonde rw’abakinyi bazoja muri Zambia.

By Alain Muhirwe / Published on Tuesday, 10 Jul 2018 11:14 AM / /

Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukragihugu w’Uburundi ku bakinyi batarenza imyaka 20, kuri uno muhingamo ahejeje kuremesha ikiganiro, aho yashikirije urutonde rw’abakinyi 18 bazofata indege ku munsi w’ejo bagana igihugu ca Zambia.

Mu ntumbero y’urukino rutegekanijwe hagati y’imikangara y’Uburundi n’iy’igihugu ca Zambia, ku munsi w’Imana w’ignekerezo rya 14 Mukakaro, abasore bagiye gufata indege bakazokwanduruka ku munsi w’ejo.

Abakinyi batumweko nabo ni aba:

RUKUNDO Onésime -NDUWIMANA Haile Shalom -SELEMAN Moustafa – MURYANGO Moussa – NDORIYOBIJA Eric -HAKIZIMANA Héritier -BIGIRIMANA Ramadhan – NDAYE Chancel – MBIRIZI Eric – MURYANGO Mabano Shabani -NSHIMIRIMANA Jospin – NTIRWAZA Sudi -DJUMA Muhamedi – KANAKIMANA Bienvenue – RAMADHAN Pascal -SHAKA Bienvenu – BRANDON Taylor Anscombe Chebby -MAVUGO Cédric. 

Uburundi bukaba bussabwa gukuramwo igihugu ca Zambia, kugira kironke itike ya nyuma ibushikana mu gihugu ca 2019, mu gikombe ca Afrika ku batarenza imyaka 20.

7,439 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment