Scroll to Top

CECAFAU17: Urutonde rw’abakinyi ba Kenya bagiye i Dar es Salam.

By Alain Muhirwe / Published on Wednesday, 08 Aug 2018 13:53 PM / /

Mu gihugu ca Tanzania, hagiye gutangura inkino z’igikombe ca CECAFA ku bakinyi batarenza imyaka 17, inkino zizotanga itike y’ukuja mu gikombe ca Afrika  kizobera muri ico gihugu.

Igihuguca Kenya gisanzwe  kiri mw’itsinda rya B, cafashe indege kuri uno munsi cerekereza mu  gisagara ca Dar es Salam.

Abakinyi bafashe Urugendo :

Abanyegoli: Maxwell Muilili (Mukumu Boys), Bixente Lazarazu (Kamukunji High School), Brian Olang’o (Kamukunji High School),

Abakinyi b’inyuma: Telvin Maina (Laiser Hill Academy), Arnold Onyango (Laiser Hill Academy), Francis Kayugi (Laiser Hill Academy), Alphonce Omija (Babadogo Secondary Sch), Oscar Kamori (Koyonzo Boys), Richdonald Bolo (Homabay Secondary), Tony Castro Odhiambo (Butere Boys),

Abakinyi bo hagati: Saidi Musa (Eastleigh High School), Felix Chabaya (Brownhill Secondary), Nicholas Omondi (Soweto Baptist), Lesley Otieno (Sunflower Secondary), Hussein Abdulmalik (Mombasa Secondary), Keith Imbali (Eastleigh High School),

Abasatirizi: Mathew Mwendwa (Annointed High School), Ezekiel Mogendi (Bahati Secondary School).

Uyo mugwi ukaba umenyerezwa na  Michael Amenga and former goalkeeper Jeremy Onyango.

10,730 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment