Scroll to Top

CECAFA U17: Uburundi buzokina inkino 4 mw’itsinda rya A.

By Alain Muhirwe / Published on Wednesday, 08 Aug 2018 13:46 PM / /

Igikombe¬† ca CECAFA ku bakinyi batarenza imyaka 17, zizotangura mu gihugu ca Tanzania kuva ku wa 11 Myandagaro gushika ku wa 26. Urutonde rw’inkino mu matsinda rwashizwe ahabona.

Uburundi mw’itsinda rya mbere buri kumwe n’ibihugu vya Tanzania, Somalia, Rwanda na Soudan.

Inkino zine nizo Uburundi butegekanya gukina mu gice c’amatsinda:

Ku wa 11 Myandagaro: Tanzania- Burundi

Ku wa 13 Myandagaro: Burundi- Rwanda

Ku wa 18 Myandagaro : Burundi- Sudan

Ku wa 21 Myandagaro : Somalia- Burundi

Inkino z’igice ca kabiri gishira ica nyuma zikaba zitegekanijwe kuva ku wa 24 Myandagaro

9,878 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment