Scroll to Top

Ishirahamwe rya CAF ryafashe ingingo ihagarika abatari bake muri Afrika.

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 09 Aug 2018 12:33 PM / /

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika CAF, ku wa 5 Myandagaro ryasohoye urutonde rw’abantu bafise amabanga atandukanye mu mupira wo muri Afrika, bivanye n’igiturire bagirizwa.

Inyuma y’ivyagaragaye ku wurongoye ishrahamwe ry’umupira  w’amaguru muri Ghana, n’umuhagarikizi mpuzamakungu wo muri Kenya Range Marwa, abandi ba nya Ghana harimwo abahagarikizi bafatiwe ingingo zikomeye.

1. David Laryea, Umuhagarikizi  wo ku ruhande(Ghana): Yahagaritswe ubuzima bwiwe bwose mu bijanye n’urukino rw’umupira w’amaguru.

2. Lathbridge Reginald, umuhagarikizi(Ghana): yahagaritswe imyaka icumi yose ata gikorwa na kimwe ca CAF akora.

3.  Nantierre Eric, umuhagarikizi wo ku ruhande (Ghana):yahagaritswe imyaka 10 ata gikorwa na kimwe kijanye n’umupira w’amaguru akoze.

4. Mr. Fleischer Cecil, umuhagarikizi(Ghana): yahagaritswe imyaka 10 ata gikorwa na kimwe kijanye n’umupira w’amaguru akoze.

5. Mr. Ouedraogo Dawood, umuhagarikizi (Ghana): yahagaritswe imyaka 10 ata gikorwa na kimwe kijanye n’umupira w’amaguru akoze.

7. Mrs. Akongyam Theresa, umuhagarikizi wo ku ruhande (Ghana):  yahagaritswe imyaka 10 ata gikorwa na kimwe kijanye n’umupira w’amaguru akoze.

8. Wellington Joseph, umuyobozi muhinga  (Ghana): yahagaritswe imyaka 10 ata gikorwa na kimwe kijanye n’umupira w’amaguru akoze.

Abandi bava mu bindi bihugu atari Ghana nabo bashizwe mu mwiherero: 

1.  Bello Aboudou, umuhagarikizi (Benin)

2. Baba Leno, umuhagarikizi (Guinea)

3. Aderito Marida Silva, umuhagarikizi wo ku ruhande (Guinea Bissau)

4. Daouda Gueye, Umuhagarikizi(Senegal)

5.Nkounkou Messie,  Umuhagarikizi (Congo)

6. Yamba Armand Gildas, umuhagarikizi wo ku ruhande (Congo)

7. Blaise Boutamba,umuhagarikizi wo ku ruhande  (Congo)

8.Hamada Nampiandraza, umuhagarikizi   (Madagascar)

9. Kokolo Fitial Charel Just,  umuhagarikizi (Congo)

10. Adii Prosper, umuhagarikizi  (Ghana)

11. Isaka Ayensu Afful, umuhagarikizi  (Ghana)

12. Anafo Nathan, umuhagarikizi (Ghana)

13. Badiu Ibrahim,umuhagarikizi wo ku ruhande    (Ghana)

14. Yekey Jerry, umuhagarikizi (Liberia)

1,955 total views, 0 views today

Categories : featured sport homepage
Tagged as:

Add Comment