Scroll to Top

Kami yitavye Imana giturumbuka

By Radjabu Bosingwa / Published on Thursday, 09 Aug 2018 18:19 PM / /

Umukunzi w’umupira wa Maguru mu Burundi Ariwe Kami yitavye Imana giturumbuka.

Kami Akaba yitavye Imana isaha zitatu zo mu gatondo mu buyenzi kw’ibarabara rya 11/ 35 aho babonye aguye hasi bamujana kwa muganga basanga amaze kw’itaba Imana.

Uyo mukunzi w’Umupira wa Maguru Kami Yari asanzwe afise uburwayi bwo mumutwe aho wasanga afana cane umugwi ya Inter Star na Vital’o FC.

Ikiriyo kikaba kiri mu buyenzi iwabo ibarabara rya 10/31 .

9,864 total views, 0 views today

Categories : Football homepage Sports

Add Comment