Scroll to Top

Tonny Cross ababazwa n’igenda rya Cristiano Ronaldo

By Radjabu Bosingwa / Published on Friday, 10 Aug 2018 09:31 AM / /

Umukinyi wo hagati w’umugwi nserukira gihugu w’Ubudagi asanzwe akina mu mugwi Real Madrid Tonny Cross ababazwa n’igenda rya Christiano Ronaldo muri Juventus.

Tonny Cross aganira n’ikinyamakuru c’ubudagi” Kicker” yavuze y’uko Real Madrid izoronka Ingorane kuruhande rw’ubusatirizi kuko nta mukinyi ahari yosubirira Christiano Ronaldo. Akaba yasubiye aravuga y’uko Umugwi Real Madrid uzokumbura ibitsondo vya Christiano Ronaldo kuko ngo bigoye kubona umukinyi atsinda ibitsindo 50 wenyene mu mwaka.

Mu kibukako Cristiano Ronaldo yaguzwe n’Umugwi Juventus imirioni 100 zama paundi akaba yaratsindiye Real Madrid ibitsindo 450 mu nkino 438.

8,886 total views, 0 views today

Add Comment