Scroll to Top

#IndundiSports: Uku niko imigwi igiye guhura muri iyi ndwi

By Julien Barinzigo / Published on Saturday, 18 Aug 2018 04:27 AM / /

Kuva kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 17 Myandagaro, ihiganwa rya Primus League (2018-2018 ) ryaratanguye aho habaye urukino rumwe gusa.

Umugwi Flambeau du Centre, hamwe na Messager Bujumbura uri.  rukaba  niyo migwi yuguruye iryo higanwa.Urukono rwararangiye Flambeau du Centre itsinzwe na Messager Bujumbura igitsindo 1 ku busa.

Kuri uyu wa gatandatu 18/08/2018

– Isaha 15h00 ( Gtg) Aigle Noir Vs Vital’o Fc.

– Isaha 13h00 ( Buganda) Bumamuru Vs Rukinzo Fc

– Isaha 16h00 ( Buganda ) Athletici Olympic Vs Ngozi City .

– Isaha 16h00 ( Urukundo ) Kayanza United Vs Les Lierres.

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 19/08/2018.

– Isaha 15h00 ( Gtg) Musongati Fc Vs Olympic Star

– Isaha 15h00 ( Buganda) Buja City Vs LLBS4A.

– Isaha 15h00 ( Urukundo) Messager Ngozi Vs Flambeau de L’est .‏

6,040 total views, 0 views today

Add Comment